Ibiceri canke amafaranga
Login to vote.
1Akameya
Login to vote.
1Agahera sha
Login to vote.
-1Ijambo rikomoka mu rurimi rw'ikidagi rikoreshwa mu kuvuga igikoresho c'agaciro, gishobora kubaigipapuro ( inoti) canke ifeza ( ibiceri, ibingorongoro), gikora mu kugura ivya nkenerwa. Kino gihe, amahera arashobora kuba mu mpapuro, mu nyandiko ncanke mu muyaga bakayahanahana mu duhamagazo ngendanwa twacu. Icitiranwa: amafaranga ( iri naryo rikomoka mu rurimi rw'igifaransa)
Login to vote.
0