Kaze kuri Kazinduzi

Imare amazinda nawe uyamare abandi mu guterera ico uzi kuri Kazinduzi!

Featured Words

Umumanda

Igiti gikura cane ahohambere ibishishwa vyaco babikoramwo impuzu. Bacita kandi umuvumuvumu.

View
Iboharage

Nigiterwa kirimwa muburundi mbere nah Andi heshi muri afurika kiraribwa canee

View
Ingano

Nikimera cera muburundi mbere nokwisi yose bayihomguramwo ifu nibindi vyishi

View

Trending Words

  • Umumanda - 3 months ago
  • Iboharage - 3 months ago
  • Ingano - 3 months ago
  • Utwâtuzo - 3 months ago
  • Indimburo - 3 months ago

Recent Contributions

    Umumanda

    Igiti gikura cane ahohambere ibishishwa vyaco babikoramwo impuzu. Bacita kandi umuvumuvumu.

    Learn More
    Iboharage

    Nigiterwa kirimwa muburundi mbere nah Andi heshi muri afurika kiraribwa canee

    Learn More
    Ingano

    Nikimera cera muburundi mbere nokwisi yose bayihomguramwo ifu nibindi vyishi

    Learn More
    Utwâtuzo

    Utwâtuzo ni utumenyētso dushirá ku majwí tugahéza tukērekana ingéne ijāmbo risomwá. Mu kirŭndi harihó amajāmbo mĕnshi yā...

    Learn More
    Indimburo

    Icigwa c'indimburo y'ikirundi ni igisata c'ivyigwa vy'ikirundi kijejwe kwihweza inyubako y'ururimi rw'ikirundi. Indimbur...

    Learn More