Indimburo

Meanings:

  • By ndayikeza innovation

    Icigwa c'indimburo y'ikirundi ni igisata c'ivyigwa vy'ikirundi kijejwe kwihweza inyubako y'ururimi rw'ikirundi. Indimburo rero irihweza amajambo agize ururimi, ibice n'ibikorwa vy'ayo majambo, n'bindi n'ibindi. Uwo mwihwezo rero uca ujana no gushiraho amategeko yokwisungwa kugira ngo ururimi rushobore kwandikwa no gusomwa neza.

    Login to vote.

    0