Iryo zina rikomoka mu rivuga “Gutugutirwa”. Ni Gitugutu gitugutana imvura n’izuba. Ni ukwezi wasanga imvura ari nyinshi n’intuguta. Bakwita kandi Gitugutu gituguta imvura n’imituragaro. Ni ukwezi kuri mu gihe c’ici n’imvura, aho haca hashuha rwose maze abantu bagatugutirwa.
Login to vote.
0