Ntwarante

Meanings:

  • By Niyonizigiye Rivardo

    Uku nakwo kugira gatatu. Muri ukwo kwezi ivyimburwa vyarimwe ku mutasuro vyaba vyeze. Nk’uko mubibona mw-izina, haba ari igihe abantu baba bagorwa no kwimbura bakabura uko babikika. Haba heze imyungu, ibigori, ibiraya, n’ibindi. Bimwe bagenda babitengatiye bikoragurika batabona uko bari bubishikane imuhira, umuntu akibaza ati: “Ntwara nte?”

    Login to vote.

    0