Nyakanga

Meanings:

  • By Niyonizigiye Rivardo

    Nikwo baturiramwo imiyonga. Inka zagishe zaba zitanguye kugishuka. Zimwe zaza zavyaye abana baheruka kera akanga k’amata bagaca basubira bakabombeka umutima. Aho niho abantu baca batangura gutera ibigori n’ibindi biterwa vy’umutasuro. Bakwita kandi Nyakanga kangaza imbwa. Muri ukwo kwezi haba izuba ryinshi n’inzara kuko ivyo baba barejeje mu kwezi kw’indwi n’ukw’umunani baba barabimaze bakwita kandi Karangazagisabo.

    Login to vote.

    0